BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro

  • Amajwi, Imvo n'Imvano: Uko bamwe mu bakandida babonye imigendekere y'amatora mu Burundi, 59,00

    Abatumire bacu ni abakandida bigenga Dieudonné Nahimana na Francis Rohero, turi kumwe kandi na Visi Perezida wa mbere w'u Burundi Gaston Sindimwo wari uhagarariye ishyaka UPRONA. Murumva kandi n'ibyo abakandida Domitien Ndayizeye ndetse na Agathon Rwasa batabashije kuboneka muri kino kiganiro bavuga kuri aya matora. Twari twanashatse n'abayobozi b'akanama gashinzwe amatora ndetse n'abo mu ishyaka riri ku butegetsi ariko ntitwababonye.

  • Umviriza, Imvo n'Imvano

    Ikiganiro gicukumbuye ku bibazo bitandukanye.

Video, Ingaruka z’amabere y’amavyimbano, 2,44

Abahinga basigura nk’ingene abayavyimbishije bakunze kubarwa ubwa kabiri. Barasigura n’izindi ngaruka abenshi batamenya kur'aya mabere akunze kwitwa ‘amaterano’.